Alexis Sinduhije bari kumwe mu ishyirahamwe ry'amashyaka atavuga rumwe na leta, ADC-Ikibiri, yavuze ko Leonard Nyangoma yahunze igihugu kugira ngo adatabwa muri yombi kandi ko yari afite ibibazo ...
Mu Burundi haraye harangiye ikiringo c'indwi zitatu co kwiyamamariza amatora azoba ku munsi wa kane itariki zitanu z'uku kwezi kwa Ruheshi (6). Umugambwe CNDD-FDD wavuze ko iyo myiyamamazo yabaye ...