Sentare yunguruza imanza y'i Paris mu Bufaransa yahanaguye icaha co gufata ku nguvu cari cahamijwe rurangiranwa mu muziki wo muri RD Congo, Koffi Olomide Ariko iyo sentare nyene yasanze yagirwa ...